LUMILOTO icon

LUMILOTO

★★★★★
★★★★★
(4.67/5)

1.0Free2 years ago

Download LUMILOTO APK latest version Free for Android

Version 1.0
Update
Size 24.35 MB (25,531,521 bytes)
Developer Viettel Burundi (Lumitel)
Category Apps, Tools
Package Name com.app.lumiloto
OS 4.1 and up

LUMILOTO APPLICATION description

LUMILOTO n'urukino rwo gutombora rwa Lumitel
Application (App) ya LUMILOTO niyo porogarama iri yonyene kw’isoko yashizwe ku mugaragaro na Viettel Burundi SA (Lumitel).
LUMILOTO ninziza cane, yukuri, kandi irakingiwe ijana kw’ijana(100%), ni uburyo bwatombora bworoshe cane butuma uwakinye yoroherwa gukurikirana amakuru ashushanya impembo, n’inyishu . ukoresheje terefone yawe, Biroroshe gukurikirana imikino ukunda nka Luckypower, Luckyday,Lucky+, hamwe n’inyishu nshasha zitangwa. Iyo Application iri ku BUNTU mukuyishira muri telephone yawe ngendanwa, kandi yerekana amashusho yumvikana . Izina ryacu nivyo dukora!
BIROROSHE GUKINA
Iyi Application yororshe gukoresha irimwo tombora zikurikira:
- Luckypower: urashobora guhitamo urukurikirane rw’ibiharuro bitandatu (06) vyatoranijwe kurutonde rw’ibiharuro kuva 01 kugeza 55 (01-55) kugirango ukine. Igihe co kwerekana urukurikirane rw’ibiharuro vyatsinze ni kuva igihe c’isaha cumi na zibiri z’umugoroba ( 18h00 ) gushika igihe c’isaha cumi na zibiri na nusu z’umugoroba (18h30)ku musi wa kabiri no kuwa gatanu.
- Luckyday: urashobora gucagura urukurikirane rw’ibiharuro bine ( 4 )kuva 0000 kugeza 9999 (0000-9999) kugirango ukine . Igihe co kwerekana urukurikirane rw’ibiharuro vyatsinze ni kuva igihe c’isaha cumi na zibiri z’umugoroba ( 18h00 ) gushika igihe c’isaha cumi na zibiri ni nusu z’umugoroba (18h30) imisi yose.
- Lucky+: urashobora guhitamwo urutonde rw’ibiharuro kuva kuri rimwe kugeza ku munani. murugo rukurikirane rwibiharuro, ucagura guhera kuri 01 kugeza 80 (01-80) kugirango ukine. Urukino rwa Lucky+ ruguma rwerekana ibiharuro vyatsinze inyuma y’iminota mirongo itatu ( 30)uhejeje gukina kuva kumusi wambere gushika kumusi w’Imana isaha zose mu kiringo kingana amasaha mirongibiri nane kuri mirongibiri nane (24/24).


GUKINGIRA URUKINO
LUMILOTO Icunga umutekano ikoresheje ubuhinga (tekinoroji) igenzura umwirondoro wawe, aho uherereye, n'imyaka yawe kugirango habe gukingira urukino go gutombora ruciye mwi terefone mu buryo bwizewe atagasombwa.
KURABA IVYATOMBOWE K’UMWANYA K’UMWANYA
Kugenzura Vyihuse kandi bidasubirwamwo inyishu zimikino yakinywe . Cagura izina ry’urukino numwanya rwakiniweko,...
Mugushira muri terefone yawe no gukoresha application ya LUMILOTO, uba werekanye ko wasomye kandi wemeye amategeko ngenderwako ya LUMILOTO si yashizwe k’urubuga rwa LUMILOTO uciye kuri http://lumiloto.bi.
Tubipfurije mwese kugira amahirwe menshi n’uburambe bukomeye hamwe na application ya LUMILOTO!
Twandikire:
VIETTEL BURUNDI SA (LUMITEL)
HO: No 51, Boulevard de l'UPRONA, Quartier Rohero II, Commune Mukaza, Bujumbura-Mairie, Burundi
Tel: (+257) 777
Email: [email protected] | Website: http://www.lumiloto.bi
↓ Read more
LUMILOTO screen 1 LUMILOTO screen 2 LUMILOTO screen 3 LUMILOTO screen 4 LUMILOTO screen 5 LUMILOTO screen 6 LUMILOTO screen 7 LUMILOTO screen 8 LUMILOTO screen 9

Old versions

Version Size Update
⇢ 1.0 (2 variants) ↓ 24.35 MB ◴ 2 years ago